1 Samweli 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma Abafilisitiya+ bakoraniriza hamwe amakambi yabo ngo barwane intambara. Bamaze gukoranira hamwe i Soko+, ahegukira Yuda, bakambika rero hagati ya Soko na Azeka+, i Efesi-damimu+.
17 Hanyuma Abafilisitiya+ bakoraniriza hamwe amakambi yabo ngo barwane intambara. Bamaze gukoranira hamwe i Soko+, ahegukira Yuda, bakambika rero hagati ya Soko na Azeka+, i Efesi-damimu+.