3 Ayo mahanga ni yo y’aya: Ba batware b’urunani batanu+ b’Abafilisitiya+, n’Abanyakanani+ bose, mbere n’Abanyasidoni+ n’Abahiwi+ baba ku musozi Libani+, guhera ku musozi Bayali-herumoni+ gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+.
52 Intambara yo kurwanya Abafilisitiya ibandanya kuba iyikomeye mu misi yose ya Sauli+. Igihe Sauli yaba abonye umugabo wese w’umunyenkomezi canke umuntu wese w’intwari, yaramwiyegereza+.
7 “‘Mbega kuri jewe ntimumeze nk’abana b’Abakushi, ga yemwe bene Isirayeli?’ ni ko Yehova avuze. ‘Mbega sinaduganye Isirayeli nkayikura mu gihugu ca Misiri+, n’Abafilisitiya+ nkabakura i Kirete, na Siriya nkayikura i Kiri+?’