2 Abami 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica. Yesaya 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo. Amosi 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nzovuna igihindizo ca Damasiko+, i Bikati-aveni ndaharandure uwuhaba, n’i Beti-ede ni ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; kandi abantu b’i Siriya bazobwirizwa kuja i Kiri ari inyagano+,” ni ko Yehova avuze.’
9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica.
6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo.
5 Nzovuna igihindizo ca Damasiko+, i Bikati-aveni ndaharandure uwuhaba, n’i Beti-ede ni ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; kandi abantu b’i Siriya bazobwirizwa kuja i Kiri ari inyagano+,” ni ko Yehova avuze.’