Yesaya 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo. Amosi 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Mbega kuri jewe ntimumeze nk’abana b’Abakushi, ga yemwe bene Isirayeli?’ ni ko Yehova avuze. ‘Mbega sinaduganye Isirayeli nkayikura mu gihugu ca Misiri+, n’Abafilisitiya+ nkabakura i Kirete, na Siriya nkayikura i Kiri+?’
6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo.
7 “‘Mbega kuri jewe ntimumeze nk’abana b’Abakushi, ga yemwe bene Isirayeli?’ ni ko Yehova avuze. ‘Mbega sinaduganye Isirayeli nkayikura mu gihugu ca Misiri+, n’Abafilisitiya+ nkabakura i Kirete, na Siriya nkayikura i Kiri+?’