ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Hanyuma kuri uwo musi nyene Yehova akura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri kumwe n’ingabo zabo+.

  • Hoseya 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+.

  • Amosi 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi je we narabazanye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, ndabacisha mu gahinga imyaka mirongo ine+, kugira ngo mwiga rurire igihugu c’Umwamori+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika