ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Hakurikijwe igitigiri c’imisi mwatase ico gihugu, imisi mirongo ine+, umusi ugahura n’umwaka, umusi ugahura n’umwaka+, muzokwishura amakosa yanyu imyaka mirongo ine+, kuko muzomenya ata kabuza ico ukunyinuba gusobanura+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’

  • Nehemiya 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Wamaze imyaka mirongo ine+ ubaronsa ibifungurwa mu gahinga. Nta co babuze+. Impuzu zabo ntizashize+, kandi ibirenge vyabo ntivyavyimvye+.

  • Ivyakozwe 7:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Nuko Imana irahindukira irabatanga+ ngo bakorere igikorwa ceranda ingabo zo mw’ijuru, nk’uko vyanditswe mu gitabu c’abahanuzi+, ngo: ‘Mbega ni jewe mwashikaniye imbagwa n’ibimazi mu myaka mirongo ine mu gahinga, ga yewe nzu ya Isirayeli+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika