Kuvayo 12:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Hanyuma kuri uwo musi nyene Yehova akura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri kumwe n’ingabo zabo+. Zaburi 105:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko asohora abantu biwe n’umwigino+,Abo yatoye abasohorana akamo k’umunezero+. Mika 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.
4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.