Zaburi 106:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze bizera ijambo ryiwe+;Batangura kuririmba ishemezo ryiwe+. Yesaya 51:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?
10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?