ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 15:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.

  • 1 Samweli 28:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yehova arigirira nk’uko yavuze biciye kuri jewe; Yehova arashikura ubwami mu kuboko kwawe+, abuhe mugenzawe Dawidi+.

  • 1 Ngoma 12:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ibi ni vyo bitigiri vy’abakuru b’abari bafise ibikwiye ku bw’ingabo baje kuri Dawidi i Heburoni+ kumuha ingoma+ ya Sauli nk’uko itegeko rya Yehova ryari+.

  • Zaburi 78:70
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 70 Nuko atora Dawidi umusavyi wiwe+,

      Amukura mu ngo z’imikuku+.

  • Zaburi 89:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;

      Namurobanuje amavuta yanje meranda+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika