1 Ngoma 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Muri bamwe batatu, yaravugangwa kurusha babiri bandi; nuko aba umukuru wabo; yamara ntiyashikira+ bamwe batatu ba mbere.
21 Muri bamwe batatu, yaravugangwa kurusha babiri bandi; nuko aba umukuru wabo; yamara ntiyashikira+ bamwe batatu ba mbere.