2 Samweli 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Naho yavugangwa kurusha bamwe mirongo itatu bandi kandi akaba umukuru wabo, ntiyashitse ku rwego rwa bamwe batatu ba mbere+.
19 Naho yavugangwa kurusha bamwe mirongo itatu bandi kandi akaba umukuru wabo, ntiyashitse ku rwego rwa bamwe batatu ba mbere+.