1 Ngoma 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.