2 Samweli 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’ivyo hongera kwaduka intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Gobu. Ni ho Sibekayi+ Umuhusha+ yagarika Safu, akaba yari uwo mu bavutse ku Barefayimu+.
18 Inyuma y’ivyo hongera kwaduka intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Gobu. Ni ho Sibekayi+ Umuhusha+ yagarika Safu, akaba yari uwo mu bavutse ku Barefayimu+.