1 Ngoma 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Sibekayi+ Umuhusha, Ilayi Umwahohi+, 1 Ngoma 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma y’ivyo haduka intambara i Gezeri+ yo kurwana n’Abafilisitiya+. Ico gihe ni ho Sibekayi+ Umuhusha yagarika Sipayi* wo mu bavutse ku Barefayimu+, ku buryo Abafilisitiya bamarwa igabo. 1 Ngoma 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
4 Inyuma y’ivyo haduka intambara i Gezeri+ yo kurwana n’Abafilisitiya+. Ico gihe ni ho Sibekayi+ Umuhusha yagarika Sipayi* wo mu bavutse ku Barefayimu+, ku buryo Abafilisitiya bamarwa igabo.
11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.