2 Samweli 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha.
15 Abafilisitiya+ bongera kurwana intambara na Isirayeli. Nuko Dawidi ari kumwe n’abasuku biwe bamanuka kurwanya Abafilisitiya; maze Dawidi araruha.