2 Samweli 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyuma y’ivyo hongera kwaduka intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Gobu. Ni ho Sibekayi+ Umuhusha+ yagarika Safu, akaba yari uwo mu bavutse ku Barefayimu+. 1 Ngoma 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
18 Inyuma y’ivyo hongera kwaduka intambara yo kurwana n’Abafilisitiya i Gobu. Ni ho Sibekayi+ Umuhusha+ yagarika Safu, akaba yari uwo mu bavutse ku Barefayimu+.
11 Uwugira umunani ku bw’ukwezi kugira umunani yari Sibekayi+ Umuhusha wo mu Bazera+; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.