Abacamanza 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+. 1 Ngoma 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Hurayi wo mu myonga y’i Gayashi+, Abiyeli Umunyarabati,
9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+.