1 Ngoma 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Yowabu avuga ati: “Yehova yongere ku bantu biwe abangana na bo incuro ijana+. Mbega ga mukama wanje umwami, bose si abasuku b’umukama wanje? None umukama wanje aronderera iki ivyo+? Kubera iki yokwegera Isirayeli ukwagirwa n’icaha?”
3 Mugabo Yowabu avuga ati: “Yehova yongere ku bantu biwe abangana na bo incuro ijana+. Mbega ga mukama wanje umwami, bose si abasuku b’umukama wanje? None umukama wanje aronderera iki ivyo+? Kubera iki yokwegera Isirayeli ukwagirwa n’icaha?”