1 Ngoma 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Yowabu aha Dawidi igitigiri c’abantu bari banditswe; Isirayeli yose yarimwo abagabo umuliyoni n’ibihumbi ijana barwanisha inkota+, Yuda na yo abagabo ibihumbi amajana ane na mirongo irindwi barwanisha inkota.
5 Nuko Yowabu aha Dawidi igitigiri c’abantu bari banditswe; Isirayeli yose yarimwo abagabo umuliyoni n’ibihumbi ijana barwanisha inkota+, Yuda na yo abagabo ibihumbi amajana ane na mirongo irindwi barwanisha inkota.