2 Samweli 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+. 1 Ngoma 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Dawidi abwira rero Imana y’ukuri ati: “Nacumuye+ cane kuko nakoze ico kintu. None rero, ndakwinginze utume ikosa ry’umusavyi wawe rirengana+; kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.”
13 Nuko Dawidi abwira+ Natani ati: “Nacumuye kuri Yehova+.” Natani aca abwira Dawidi ati: “Yehova na we araretse igicumuro cawe ngo kirengane+. Ntugipfuye+.
8 Dawidi abwira rero Imana y’ukuri ati: “Nacumuye+ cane kuko nakoze ico kintu. None rero, ndakwinginze utume ikosa ry’umusavyi wawe rirengana+; kuko nakoze ivy’ubupfu rwose+.”