1 Ngoma 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko Umwami Dawidi abwira Orunani ati: “Oya, ahubwo singenda ntahaguze amahera hakwiriye+, kuko ntari butware ivyawe kuri Yehova kugira ngo nshikane ibimazi biturirwa ata co biguzwe.”
24 Ariko Umwami Dawidi abwira Orunani ati: “Oya, ahubwo singenda ntahaguze amahera hakwiriye+, kuko ntari butware ivyawe kuri Yehova kugira ngo nshikane ibimazi biturirwa ata co biguzwe.”