ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ariko abagabo bose babi kandi b’imburakimazi+ mu bagabo bari bajanye na Dawidi barishura, baguma bavuga bati: “Ko batajanye natwe, nta na kimwe tubaha kw’isahu twarokoye, kiretse ko umwe wese tumuha umugore wiwe n’abahungu biwe, baheze babajane bagende.”

  • 1 Samweli 30:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ni nde yobumviriza kuri iryo jambo? Kuko umuturi w’uwamanutse ku rugamba uza kungana n’umuturi w’uwagumye iruhande y’imizigo+. Bose barasangira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika