-
2 Samweli 19:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 mu gukunda abakwanka, ukanka abagukunda; kuko uyu musi wamenyesheje yuko abakuru n’abasuku ari ubusa kuri wewe, kubera ko uyu musi nzi neza yuko iyo Abusalomu aba akiriho, natwe abasigaye twese tukaba uyu musi twapfuye, emwe, ico gihe vyari kuba vyiza mu maso yawe.
-