2 Samweli 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mefibosheti yaba i Yeruzalemu, kuko ku meza y’umwami ari ho yama arira+; kandi yari amugaye ibirenge vyompi+. 1 Ngoma 8:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwene Yonatani yari Meribu-bayali+. Meribu-bayali na we avyara Mika+. 1 Ngoma 9:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mwene Yonatani yari Meribu-bayali+. Meribu-bayali na we avyara Mika+.
13 Mefibosheti yaba i Yeruzalemu, kuko ku meza y’umwami ari ho yama arira+; kandi yari amugaye ibirenge vyompi+.