ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi hari abagabo babiri, abakuru b’utugwi tw’abambuzi+, bari ab’umuhungu wa Sauli; umwe yitwa Bayana, uwundi na we akitwa Rekabu; bari bene Rimoni Umunyabeyeroti, wo muri bene Benyamini; kuko i Beyeroti+ na ho nyene haharurwa ko ari aho muri Benyamini.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika