1 Abami 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko umwami ararahira+, avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+, Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+.
29 Nuko umwami ararahira+, avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+,