1 Samweli 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze abantu b’i Kiriyati-yeyarimu+ baraza hanyuma badugana isandugu ya Yehova, bayinjiza mu nzu ya Abinadabu+ ku murambi, hanyuma Eleyazari umuhungu wiwe aba ari we beza ngo arinde iyo sandugu ya Yehova.
7 Maze abantu b’i Kiriyati-yeyarimu+ baraza hanyuma badugana isandugu ya Yehova, bayinjiza mu nzu ya Abinadabu+ ku murambi, hanyuma Eleyazari umuhungu wiwe aba ari we beza ngo arinde iyo sandugu ya Yehova.