ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yehova arungika Natani+ kuri Dawidi. Yinjira rero aho ari+, amubwira ati: “Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri; umwe yari umutunzi uwundi akaba ntahonikora.

  • 1 Ngoma 29:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nayo ivya Dawidi umwami, ivya mbere n’ivya nyuma, ehe vyanditswe mu majambo ya Samweli rubonyi+ no mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu majambo ya Gadi+ umubonyi,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika