Guharura 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+. 1 Ngoma 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze iryo joro ijambo+ ry’Imana riza kuri Natani riti: Abaheburayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,
6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.
1 Imana, iyavuganye kera mu bihe vyinshi+ no mu buryo bwinshi na ba sogokuruza bacu biciye ku bahanuzi+,