2 Samweli 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze iryo joro ijambo+ rya Yehova riza kuri Natani riti: 1 Ngoma 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Natani avugana na Dawidi yisunze ayo majambo yose n’iryo yerekwa ryose+. 2 Petero 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.
21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.