ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo Yehova abwira Samweli ati: “Nturabe uko asa n’uburebure bw’igihagararo ciwe+, kubera ko namwanse. Kuko Imana itabona nk’uko umuntu abona+, kubera ko umuntu buntu abona ibiboneka ku maso+, mugabo Yehova we, abona ico umutima+ uri.”

  • 1 Ngoma 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ni igiki kindi Dawidi yokubwira ku bijanye n’ugutera iteka umusavyi wawe+ kandi wewe ubwawe uzi neza umusavyi wawe+?

  • Zaburi 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,

      Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.

      Akanwa kanje ntikazogabitanya+.

  • Zaburi 139:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+.

  • Abaheburayo 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika