Gusubira mu vyagezwe 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+. Nehemiya 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Vyongeye, ni abasavyi bawe+ bakaba n’abantu bawe+, abo wacunguje ububasha bwawe+ buhambaye n’ikiganza cawe gikomeye+.
26 Hanyuma ntangura gutakambira+ Yehova mvuga nti: ‘Ewe Mukama Segaba Yehova, ntuhonye abantu bawe, inyegu wiharije+, abo wacunguje ubukuru bwawe, abo wakuje mu Misiri+ ikiganza gikomeye+.
10 Vyongeye, ni abasavyi bawe+ bakaba n’abantu bawe+, abo wacunguje ububasha bwawe+ buhambaye n’ikiganza cawe gikomeye+.