1 Ngoma 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 None rero, niwiyemeze koko guhezagira inzu y’umusavyi wawe kugira ngo igume imbere yawe gushika igihe kitagira urugero+; kuko ari wewe, ewe Yehova, wayihezagiye, kandi irahezagiwe gushika igihe kitagira urugero+.”
27 None rero, niwiyemeze koko guhezagira inzu y’umusavyi wawe kugira ngo igume imbere yawe gushika igihe kitagira urugero+; kuko ari wewe, ewe Yehova, wayihezagiye, kandi irahezagiwe gushika igihe kitagira urugero+.”