29 None rero, niwiyemeze guhezagira+ inzu y’umusavyi wawe kugira ngo igume imbere yawe gushika igihe kitagira urugero+; kuko ari wewe wasezeranye, ewe Mukama Segaba Yehova, kandi bivuye ku muhezagiro wawe, inzu y’umusavyi wawe nihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+.”