2 Samweli 22:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Uwukorera umwami wiwe ibikorwa bikomeye vy’ubukiriro+,Akagirira ubuntu bwuzuye urukundo uwo yarobanuje amavuta+,Akabugirira Dawidi n’uruvyaro rwiwe gushika igihe kitagira urugero+.” Zaburi 72:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.
51 Uwukorera umwami wiwe ibikorwa bikomeye vy’ubukiriro+,Akagirira ubuntu bwuzuye urukundo uwo yarobanuje amavuta+,Akabugirira Dawidi n’uruvyaro rwiwe gushika igihe kitagira urugero+.”
17 Izina ryiwe niribeho gushika igihe kitagira urugero+;Imbere y’izuba izina ryiwe nirisagambe,Kandi biciye kuri we biheshe umuhezagiro+; Amahanga yose namwite umuhirwe+.