Itanguriro 43:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Inyuma y’ivyo ababaza nimba bisohora maze avuga+ ati: “Mbega so, wa mutama mwavuga, arisohora? Aracariho+?” Yesaya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ico gihe, Merodaki-baladani+ mwene Baladani, umwami wa Babiloni+, arungikira amakete n’ingabirano+ Hezekiya, aho yumviye ko yari yarwaye mugabo akaba yari yasubiye gukomera+.
27 Inyuma y’ivyo ababaza nimba bisohora maze avuga+ ati: “Mbega so, wa mutama mwavuga, arisohora? Aracariho+?”
39 Ico gihe, Merodaki-baladani+ mwene Baladani, umwami wa Babiloni+, arungikira amakete n’ingabirano+ Hezekiya, aho yumviye ko yari yarwaye mugabo akaba yari yasubiye gukomera+.