ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mugabo ifeza zose n’inzahabu zose n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma, ni ikintu ceranda cegukira Yehova+. Kize kije mw’itunga rya Yehova+.”

  • 1 Abami 7:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 Amaherezo igikorwa cose Umwami Salomo yabwirizwa gukora ku bijanye n’inzu ya Yehova kirarangira+; nuko Salomo atangura kwinjiza ibintu Dawidi se wiwe yagize vyeranda+; ifeza n’inzahabu be n’ibintu vyo gukoresha, abishira mu matunga y’inzu ya Yehova+.

  • 1 Ngoma 18:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza+ Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarakuye mu mahanga yose+: muri Edomu n’i Mowabu+ no kuri bene Amoni+ no ku Bafilisitiya+ no kuri Amaleki+.

  • 1 Ngoma 22:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ehe mu kiringo c’amarushwa yanje+ narateguriye inzu ya Yehova italanto ibihumbi ijana z’inzahabu+ n’italanto umuliyoni z’ifeza; umujumpu+ n’ivyuma+ ntibishobora gupimwa kuko ari vyinshi cane; kandi nateguye ibiti n’amabuye, mugabo uzovyongereza.

  • 1 Ngoma 26:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ku vyavuye mu ntambara+ no ku vyavuye mw’isahu+ hari ivyo bari baragize vyeranda kugira ngo bibungabunge inzu ya Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika