ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Dawidi amaze kurengana gatoyi nya songa+, Ziba+ umusuku wa Mefibosheti+ aza kumusanganira afise indogobwa zibiri+ ziriko amatandiko, kuri zo hakaba hari imikate+ amajana abiri, n’udutsima ijana tw’inzabibu zumye+, n’imitekero ijana y’ivyamwa vyo mu ci+, n’umubindi munini w’umuvinyu+.

  • 2 Samweli 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi yari kumwe n’abagabo igihumbi ba Benyamini. (Na Ziba+ umusuku w’inzu ya Sauli, ari kumwe n’abahungu biwe cumi na batanu+ n’abasuku biwe mirongo ibiri; nuko bashika kuri Yorodani imbere y’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika