Rusi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze Bowazi avuga ati: “Umusi uzogura iryo tongo mu kuboko kwa Nawomi, uzorigura no kuri Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo utume izina ry’umuhisi rigaruka ku ntoranwa yiwe+.”
5 Maze Bowazi avuga ati: “Umusi uzogura iryo tongo mu kuboko kwa Nawomi, uzorigura no kuri Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo utume izina ry’umuhisi rigaruka ku ntoranwa yiwe+.”