1 Samweli 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega umwami wa Isirayeli yasohotse gukurikira nde? Uriko woma inyuma nde? Inyuma y’imbwa ipfuye+? Inyuma y’imbaragasa imwe rudende+? Luka 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”
14 Mbega umwami wa Isirayeli yasohotse gukurikira nde? Uriko woma inyuma nde? Inyuma y’imbwa ipfuye+? Inyuma y’imbaragasa imwe rudende+?
11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”