1 Samweli 17:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+. 2 Samweli 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko akubita inkoro hasi maze avuga ati: “Umusuku wawe ni iki, ku buryo wahindukirije mu maso hawe ku mbwa ipfuye+ nkanje?” Imigani 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikiva mu kwicisha bugufi be n’ugutinya Yehova, ni ubutunzi n’ubuninahazwa n’ubuzima+. Matayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwo wese yishira hejuru azocishwa bugufi+, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.
43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+.
8 Nuko akubita inkoro hasi maze avuga ati: “Umusuku wawe ni iki, ku buryo wahindukirije mu maso hawe ku mbwa ipfuye+ nkanje?”