ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mbega umwami wa Isirayeli yasohotse gukurikira nde? Uriko woma inyuma nde? Inyuma y’imbwa ipfuye+? Inyuma y’imbaragasa imwe rudende+?

  • 2 Samweli 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko akubita inkoro hasi maze avuga ati: “Umusuku wawe ni iki, ku buryo wahindukirije mu maso hawe ku mbwa ipfuye+ nkanje?”

  • 2 Samweli 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Amaherezo Abishayi mwene Zeruwiya+ abwira umwami ati: “Kubera iki iyo mbwa ipfuye+ yohamagarira akabi ku mukama wanje umwami+? Ndakwinginze ureke njabuke, ndamukureko umutwe+.”

  • 2 Abami 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hazayeli aca avuga ati: “Mbega umusuku wawe, imbwa y’imbwa, ni iki+, ngo akore ico kintu gihambaye?” Ariko Elisha avuga ati: “Yehova yakunyeretse uri umwami wa Siriya+.”

  • Luka 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika