ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+.

  • 2 Samweli 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko akubita inkoro hasi maze avuga ati: “Umusuku wawe ni iki, ku buryo wahindukirije mu maso hawe ku mbwa ipfuye+ nkanje?”

  • Zaburi 22:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Rokora ubuzima bwanje ubukize inkota+,

      Ubwo mfise bwonyene ubukize ijanja ry’imbwa+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika