1 Samweli 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+, 1 Abami 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya.
7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+, 1 Abami 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya.
15 Nuko Yehova amubwira ati: “Genda, usubire ujane inzira yawe uje mu gahinga ka Damasiko+; winjire hanyuma urobanuze amavuta+ Hazayeli+, abe umwami wa Siriya.