2 Samweli 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi yari kumwe n’abagabo igihumbi ba Benyamini. (Na Ziba+ umusuku w’inzu ya Sauli, ari kumwe n’abahungu biwe cumi na batanu+ n’abasuku biwe mirongo ibiri; nuko bashika kuri Yorodani imbere y’umwami.
17 Kandi yari kumwe n’abagabo igihumbi ba Benyamini. (Na Ziba+ umusuku w’inzu ya Sauli, ari kumwe n’abahungu biwe cumi na batanu+ n’abasuku biwe mirongo ibiri; nuko bashika kuri Yorodani imbere y’umwami.