7 Gutyo bikoteshereza imikogote ibihumbi mirongo itatu na bibiri+, bahera n’umwami wa Mayaka n’abantu biwe+. Hanyuma baza gukambika imbere ya Medeba+; nayo bene Amoni, bakoranira hamwe bavuye mu bisagara vyabo, baraheza rero baraza kugira ngo barwane intambara.