2 Samweli 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+. 1 Abami 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Natani+ abwira Bati-sheba+ nyina wa Salomo+ ati: “Mbega ntiwumvise yuko Adoniya mwene Hagiti+ yabaye umwami, kandi umukama wacu Dawidi akaba ata co abiziko namba?
24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+.
11 Nuko Natani+ abwira Bati-sheba+ nyina wa Salomo+ ati: “Mbega ntiwumvise yuko Adoniya mwene Hagiti+ yabaye umwami, kandi umukama wacu Dawidi akaba ata co abiziko namba?