Abacamanza 9:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Abimeleki aja kuri nya munara hanyuma atangura kuwurwanya, aduga hafi y’ubwinjiriro bwa nya munara kugira ngo awuturize umuriro+.
52 Abimeleki aja kuri nya munara hanyuma atangura kuwurwanya, aduga hafi y’ubwinjiriro bwa nya munara kugira ngo awuturize umuriro+.