2 Samweli 3:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Amaboko yawe ntiyari aboshwe+,Kandi amaguru yawe ntiyari yashizwe mu mapingu y’umujumpu+.Waguye nk’uwugwa imbere y’abana b’ukutagororoka+.”Abantu bose baca bongera kumuririra+. 2 Samweli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?”
34 Amaboko yawe ntiyari aboshwe+,Kandi amaguru yawe ntiyari yashizwe mu mapingu y’umujumpu+.Waguye nk’uwugwa imbere y’abana b’ukutagororoka+.”Abantu bose baca bongera kumuririra+.
3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?”