2 Samweli 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Sauli yari afise incoreke yitwa Rizipa+, umukobwa wa Aya+. Mu nyuma Ishi-bosheti+ abwira Abuneri ati: “Kubera iki waryamanye n’incoreke+ ya dawe?” 1 Abami 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umwami Salomo aca arishura, abwira nyina ati: “Kubera iki none usabiye Adoniya Abishagi Umunyashunemukazi? Numusabire n’ingoma+ (kuko ari mwene wacu anduta+), egome numusabire, usabire na Abiyatari+ umuherezi na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.”
7 Kandi Sauli yari afise incoreke yitwa Rizipa+, umukobwa wa Aya+. Mu nyuma Ishi-bosheti+ abwira Abuneri ati: “Kubera iki waryamanye n’incoreke+ ya dawe?”
22 Umwami Salomo aca arishura, abwira nyina ati: “Kubera iki none usabiye Adoniya Abishagi Umunyashunemukazi? Numusabire n’ingoma+ (kuko ari mwene wacu anduta+), egome numusabire, usabire na Abiyatari+ umuherezi na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.”